UBUTUMWA BUTEYE UBWOBA😱 ARIKO KANDI BUBOHORA/Pasteur Gabriel MBAHONKUNDWA
HTML-код
- Опубликовано: 11 апр 2025
- Ubu Butumwa Pasteur MBAHONKUNDWA Gabriel yabuvugiye mw'Ishengero rya Pentekote rya KAYOGORO II
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Yesu abahezagire muozi w'Imana .
Ariko kumugomere watwibagiwe .
Amen 🙏💓
Ameniii umusi udasanzw kurije ndabakunda caanee papa mwafashij bikwiy
Amen 🙏💓
Yesu aguhezagire cane mukozi w Imana
Amen 🙏❤️
Amen Amen Amen !!! Murakoze cane mon Pasteur
Amen 🙏❤️
Data azoguhiherezo ryiza wambereye umugisha
Amen 🙏❤️
Mukozi w'Imana Imana Ikonger'amavuta
Amen 🙏❤️
Mwongerwe inkomezi kubwijambo ndafashijwe
Amen 🙏💓
Imana itubabarire cane
Egoo🙏❤️
Imana ibahézagire turigufashwa
Amen 🙏❤️
Ndabakuñda papa Yesu abongerinkomezi❤
Amen 🙏💓
Ishengero ry'Imana ribe maso kuko umukozi wayo arabivuze arigira ariko muvyo yavuze hari izosigara biraba .
Imana idutabare cane 🙏💓
Imana idutabare
Amen 🙏💓
Imana itugirire ikigongwe 😢
Amen 🙏❤️
Imana Ishimwe
Amen 🙏
Amahoro cane mukozi w'Imana
Amahoro neza.
God bless you so much🙏
Amen 🙏💓
Data akumpezagirire mukozi w'IMANA
Amen 🙏
Data aguh umugisha
Amen 🙏❤️
Imana itubabarire
Amen 🙏❤️
Amen
Amen 🙏❤️
ibyobyose bisigura lminsi yimperuka ibyahanuwe bitejyerezwa gushika. abavugabutumwa bimpemu mushishikare kuvuga ubutumwa bujyanye niminsi turimo.
Amen🙏💓
Pasta nukur muhezagirwe can
Amen 🙏💓
Muhezagigw
Amen 🙏❤️
&&
🙏❤️
Imana Ishimwe
Amen 🙏❤️
Amen
Amen 🙏💓
Data akumpezagirire mukozi w'IMANA
Amen 🙏❤️
Amen
Amen 🙏💓
Amen
Amen 🙏💓
amen
Amen 🙏💓
Amen
Amen 🙏💓